Ubuzima burimo kugaruka i Goma ariko ubwoba ni bwinshi

Ku wa kane w’icyumweru gishize ibihumbi n;ibihumbi bya batuye Goma kubera iturika ry’ikirunga ca Nyiragongo mu ndwi iheze, hafi igice cose c’igisagara kiragaragara.

Ejohashize ku wa gatanu, abantu basa n’uko basubiye mu buzima busanzwe amaduka yari yafunguye, abatwara abantu ku mapikipiki bariko barakora – ariko urebye urabona ko ibintu bitameze nk’uko bayri bisanzwe bimeze.

Abasigaye i Goma bakomeza gutega amatwi , biteze ko umwanya n’umwanya ikirunga gishobora kongera guturika.

Ariko ingingo yo gutegeka abenegihugu kuva muri utwo turere ntibonwa kumwe. Bamwe, cyane cyane ababonye igiturika giheruka mu 2002, bibaza ko leta yihutiye kubavanamo nubwo imitingito igenda igabanuka.

Ariko, imihanda n’amazi atari make yuzuye imisate. Umunyamakuru wa BBC muri DR. Congo, Emery Makumeno avuga ko byabagoye cyane kubona ihoteri bizeye, kubera ibibanza byinshi byakozweko n’imitingito yakurikiye iturika ry’ibirunga ryo ku wa gatandatu ushize.

Ku basigaye mu mujyi, barimo kugerageza gusubira mu buzima busanzwe, mu gihe abandi nabo bahunze barimo bibaza igihe bazosubira mu ngo zabo.

@Rebero.co.rw

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *